Gusarura umurima w’ibigori

kuyu wambere igenekerezo rya 22/03/2021 ikigo Fondation NIYONGABO caramutse gisarura umurima w’ibigori upima ihectare n’igice carimiye mu ntara ya Kayanza, Zone Kabuye k’musozi Muvumu hakaba havuye ibigori bitari bike bikaba bizosahiriza mugufungurira abana bagera 154 basanzwe barerewe mwico kigo giherereye mu maramvya muri komine Mutimbuzi y’intara ya Bujumbura.

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *

Retour en haut